Duration 6:36

Burundi Ingwara ya CoronaVirus igiye kuza irapimwa ku mavuriro yo mu ntara ku burere bw'ubuvuzi

2 514 watched
0
34
Published 19 Jun 2020

#Burundi #Santé Inyuma y'inama yagiranye n'abakozi bakuru mu bijanye n'amagara y'abantu, umushikiranganji w'amagara y'abantu Dr Thadée Ndikumana yamenyesheje ko vuba cane ingwara ya #COVID_19 igiye kuza irapimwa hagati mu gihugu ku mavuriro yose y'uburere bw'ubuvuzi ku ntara.

Category

Show more

Comments - 2